Ubuhinga/Amakuru/2022/37
Appearance
The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 37 (Monday 12 September 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: $umwaka-$umushamvu
Ubwanyuma Amakuru y'ubuhinga avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abakoresha bandi ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Ibikoresho vyo kurondeza vyarashizwe ku rugero rushasha rwo hejuru. Bishitse ukabona agasembwa mu kurondeza, urasabwe kubimenyesha kuri Phabricator. [1]
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 13 Nyakanga. Ntikizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuza 14 Nyakanga. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 15 Nyakanga (ikirangamisi).
- Syntax highlighting ubu iboneka nk' igikorwa co kurāba c'agaciro. Ibikorwa vyo guhamagara 500 vyonyene vy'agaciro nivyo bishobora gukoreshwa ku rupapuro rumwe. Impapuro zirenza urugero zongerezwa kuri tracking category. [2]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.