Ubuhinga/Amakuru/2022/45
Appearance
The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 45 (Monday 07 November 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-45
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Igice kigezweho c'igikoresho co Kwiyandikisha kugikorwa ubu kiraboneka kugirango gifashe igeragezwa kuri testwiki na test2wiki. Ico gikoresho gitanga ibiranga abategura n'abitabiriye ibikorwa. Inyishu yawe irahawe ikaze ku rupapuro rw'ikiganiro c'umugambi wacu. Ayandi makuru yerekeye umugambi ariho. [1]
Intambamyi
- Incuro zibiri mundwi ishize, muminota igera kuri 45, amadosiye amwe amwe na thumbnail yarananiwe gupakira maze kwipakurura birananirana, cane cane kubakoresha binjiye. Impamvu iriko iratohozwa maze icegeranyo c'ivyabaye kizaboneka vuba.
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- Nta gice gishasha ca MediaWiki muri ino ndwi.
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga inyishu • Iyandikishe canke wikureko.